Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Guhuza igitsina ngo ‘bakizwe’?
Guhuza igitsina ngo ‘bakizwe’?
Yatangajwe
Mw’itohoza rya BBC, igisata c’icarabu, hagaragajwe uko abagore bahendwa, bagashurashuzwa bizezwa gukira amashetani.
Muri Maroc na Sudan, abagore bashika 80 nibo bamaze kumenyekana ko bafashwe ku nguvu, abandi bagahendwa, n’abo ‘batutumuzi’.