Amananiza yo mu misozi ya Irani, uhungana umwana

Insiguro ya video, Kubera ubwoba bwo gufatwa, Moradbeygi yahungiye, n’umwana, basaba ubuhungiro muri Irak.
Amananiza yo mu misozi ya Irani, uhungana umwana
Yatangajwe

Mu myiyerekano yadutse muri Iran, inyuma y’urupfu rwa Masha Amini, hakomeretse, hapfa na benshi.

Sima Moradbeygi ni umwe mu barokotse, inyuma yo kuraswa bikomeye, ashirwa mu bitaro.

Kubera ubwoba bwo gufatwa avuye mu bitaro, yahungiye, n’umwana wiwe, baja gusaba ubuhungiro muri Irak.

Izi ni intahe z’ivyo yaciyemwo

Moradbeygi yahunganye n'umwana, bava Iran baja Irak
Insiguro y'isanamu, Moradbeygi yahunganye n'umwana, bava Iran baja Irak