Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Greece-Turkey: Imiriro ya Nyakanga yabaye ndanse
Greece-Turkey: Imiriro ya Nyakanga yabaye ndanse
Yatangajwe
Imiriro ya Nyakanga muri Greece na Turkey: 'Akari inyuma karahinda', Kyriakos Mitsotakis
Ubugereki na Turukiya bihanganye n'imiriro y'ishamba, yatumwe n'ubushuhe buhamara igihe kire kire.
Umushikiranganji wa mbere w'Ubugereki, Kyriakos Mitsotakis yavuze ko “ibihe bigoye gusumba biri imbere ".
Ba mukerarugendo batari bake baraburiwe irengero mu gihe ubushuhe bumaze kuduga gushika kuri degere 43 ku gipimo ca Celcius. Raba hano muri video.