Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video - Ibara i Bukavu: 'Abantu 13 bapfuye, abashika 72 barakomereka'
Video - Ibara i Bukavu: 'Abantu 13 bapfuye, abashika 72 barakomereka'
Yatangajwe
Ivyo ni ibitigiri bitangwa n'abakuriye umuhari AFC/M23 inyuma y'igitero bivugwa ko ari ica grenade zibiri cakurikiwe n'urwamo rw'amasase ku kibanza citiriwe ukwikukira "Place de l'Indépendance" hagati mu gisagara ca Bukavu, mu nama n'abaturage yatumijwe n'abakuriye M23, bwa mbere kuva ifashe iki gisagara.
Uruhande rwa leta n'urwa AFC/M23 buri rumwe rwagiriza urundi ko ari rwo rwakoze iri bara.