Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abakundana ba mbere bashitse mu nkino ‘olympics’ bagendana ubumuga
Abakundana ba mbere bashitse mu nkino ‘olympics’ bagendana ubumuga
Yatangajwe
Christian na Kayode bose barwaye 'ubukangwe' ari abana, nibwo bwabateye ubumuga bagendana.
“Umuryango wanje sinibaza ko wambonamwo uwovuyemwo ikintu.”
Kayode abivuga yibuka uko yahuye na Christian mu 2017, none ubu baserukira Nigeria mu nkino z’isi ‘Olympics’ z’abagendana ubumuga.
Baciye mu bihe bitoroshe, ikumira n’ibindi, ariko imiryango yabo ikabashigikira.