Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Liban: “Tubaho, tutakiriho, umenga ntaco tumaze”
Liban: “Tubaho, tutakiriho, umenga ntaco tumaze”
Yatangajwe
Kuva ibitero vya Israel vyeruye, aba nye Liban bahunze, baba mu mabarabara n’abahungiye hanze, baharurwa mu bihumbi.
Hari abagore bahungiye muri Italy, Turkey na Spain, babwiye BBC amakenga bafise.
“Ku neza yanyu, mubwirizwa kuba murimukira ahandi…tuzobabwira igihe co kugaruka”.
Nivyo Israel yabwiye ababa mu bigwati bishika 25 vyo m’ubumanuko bwa Liban.
Bamwe bavuga ko bumva ata gaciro bagifise.