Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Burundi: “Nabwiye abana ko jewe ntashobora gusega”
Burundi: “Nabwiye abana ko jewe ntashobora gusega”
Yatangajwe
Bucumi Anaclet canke Manayibutse Nadine bagendana ubumuga batavukanye.
“Nariyumviriye uko nzorera abana banje 8, mbona ubuzima bugiye kunanira”.
Ni uko nka Bucumi, inyuma y’isanganya ryamutwaye ukuboko, yahagurukiye umwuga wo kwubaka.
Arishimira kuba inyubako zimwe z’i Bujumbura azifisemwo uruhara.