Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ntibisanzwe kuri bo: abana batonda kw’ishule ku makinga
Ntibisanzwe kuri bo: abana batonda kw’ishule ku makinga
Yatangajwe
“Ubwa mbere sinari ntekanye. Nabona abana ari benshi, bumwe ari buto”. Umuvyeyi w’i Glasgow ashinga intahe.
“Ndi mw’ishule, sincisinzirirako”. Ni imwe mu ntahe z’abana batanga, nk’inyungu.
Ni umuco ‘bike bus’ utunganije, uriko urakwiragira isi, watanguriye i Vic muri Espagne mu 2021.
I Glasgow, bongeyemwo akabirya.