Uyu muriro w'i Los Angeles atari mu ci, wunyuwe n'iki?
Uyu muriro w'i Los Angeles atari mu ci, wunyuwe n'iki?
Yatangajwe
Uratema ugatongora, amazu n'imiduga bikazigira.
Uwo muriro wo mw'ishamba wavuye kuri 4ha ugeze kuri 1 000ha zirenga.
Naho ihinduka ry'ikirere ari imwe mu mvo zituma leta ya California ibangamirwa, umuyaga n'ibura ry'imvura biza vyunyura.




