Syria: Uko uruyoya rwarokotse igihe ca nyamugigima, rugiye kurerwa

Insiguro ya video, Uyo mwana yarokotse wenyene igihe yariko aravuka.
Syria: Uko uruyoya rwarokotse igihe ca nyamugigima, rugiye kurerwa
Yatangajwe

Uyo mwana yarokotse wenyene igihe yariko aravuka, agifatanijwe na nyina wiwe n’uruzogi.

Umuryango wiwe wose warahonye, ubu sewabo na inasenge nibo bemerewe kumurera.

Amasanamu y’ico gihe rwarokorwa (ukwa kabiri, 2023), yarakwiragijwe mw’isi.

Yiswe Afraa, izina rya nyina wiwe yapfuye ariko aramwibaruka
Insiguro y'isanamu, Umwana yarokotse nyamugigima ya Syria