Ku barongoranye: “Urukundo n'ukwubahana, biruta kubana”

Insiguro ya video, Japan ni igihugu ca mbere kibamwo abarongoranye, batabana.
Ku barongoranye: “Urukundo n'ukwubahana, biruta kubana”
Yatangajwe

"Abatabana bararongoranye”, vyiswe "ubugeni bwa weekend"...biraharawe muri Japan.

Japan ni igihugu ca mbere kibamwo abarongoranye, batabana.

Ng’izi inyungu, uruhombo, ingaruka, uko babibayemwo.

Ariko, war’uzi icigwa nyamukuru?

Uko babona ivyo urugo muri Japan
Insiguro y'isanamu, Japan, uko babona urugo