Uganda: umugwizatunga yatumye abana 12 000 baguma kw’ishule

Uganda: umugwizatunga yatumye abana 12 000 baguma kw’ishule
Yatangajwe

Jamila Mayanja ni umugore wo muri Uganda, yahinguye agasaho kadasanzwe, gafasha abana b’abakobwa.

Kegeranya imishwarara y’izuba, kakabamwo n’amatara ababoneshereza mu kwiga.

Ako gasaho kanarimwo inyigisho abana bikorako mu bihe vy’ubutinyanka.