Karachi: ibaze ibiziga 568 ahatari intambara

Insiguro ya video, Karachi - Pakistan: umugore aririra umugabo yahohoshejwe n'ubushuhe.
Karachi: ibaze ibiziga 568 ahatari intambara
Yatangajwe

Mu bihe bisanzwe, ivyumba vy’abapfuye vyahora vyakira ibiziga nka 40 k’umunsi, ubu bageze kuri 150 birenga.

I Karachi muri Pakistan, abaraba gushika bacikane, hagwiriyemwo abakorera ahakunze gucika umuyagankuba.

I Karachi abantu bariko barapfa, hahitiye ubushuhe burenze 42°C.

Abategetsi bo bavuga ko abo bapfa bose atari ukubera ubushuhe gusa.

Karachi - Pakistan: umugore aririra umugabo yahohoshejwe n'ubushuhe.
Insiguro y'isanamu, Karachi - Pakistan: umugore aririra umugabo yahohoshejwe n'ubushuhe.