Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko iyi ‘robot’ itabara imbabare
Uko iyi ‘robot’ itabara imbabare
Yatangajwe
“Irashobora gufata ibipimo vy’indembe, ikanamutera umuti”.
Iyi robot yahinguriwe muri kaminuza y’i Sheffield m’Ubwongereza.
Ishika ahantu habangamye.
Iranashobora kwikorera 500kg.
Abahinga bayikoze banafise umugambi wo kuyikoresha no mu bindi bisata.