Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abavugabutumwa bihaye amabanga arenzeko
Abavugabutumwa bihaye amabanga arenzeko
Yatangajwe
Muri Thailand, abo mu ntwaro bavuga ko mu 2027, ibikoko vyatawe n’abantu bishobora kuzoba biharurwa muri miliyoni 2.
Kuva mu gihe ca Covid-19, hari benshi bahevye nk’ubuyabu n’imbwa, ku mvo nyinshi, harimwo ubukene.
“Ntibiri mu mabanga yacu, ariko ibi biremwa tutavyakiriye, vyobaho gute?”
Bivugwa n’umuvugabutumwa w’umu Buddha, urusengero rwabo rwakiriye ibikoko nk'ivyo.