Gaza: Uyu ni Zakaria w'imyaka 11 atabara imbabare
Gaza: Uyu ni Zakaria w'imyaka 11 atabara imbabare
Yatangajwe
"Iyo mfashe Zakaria nk'umwana, biramubabaza".
Bivugwa na Said, umuhinga mu gutabara imbabare muri Gaza, akunze kuba ari kumwe na Zakaria, mu bikorwa vyo gutabara.
Mu gihe umuryango wiwe wimurirwa mw'ikambi y'impunzi,
Zakariya yahisemwo kuguma mu bigo vy'ibitaro Al-Aqsa, muri Gaza.
Avuga ko ariwe asumira umuryango, akipfuza kuzoba umunyamwuga mu gutabara imbabare, ni yakura.




