Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
RD Congo: “ku bagore 10 bafatwa ku nguvu, 9 bava muri Kivu ya ruguru”
RD Congo: “ku bagore 10 bafatwa ku nguvu, 9 bava muri Kivu ya ruguru”
Yatangajwe
Muri RDC, cane cane mu ntara ya Kivu y’uburaruko, umugore wese aba afise imikoshi yo guhura n’akabi ko gufatwa ku nguvu.
Ibiharuro biteye ubwoba biragaragara mu cegeranyo c’ishirahamwe ry’abavuzi mpuzamakungu MSF.
Muri ico gice kiberamwo intambara hagati ya leta, M23, FDLR n’abo bafadikanije, nta cizere c’uko n’ubutegetsi bwogira inguvu zo gutuza ico kibi.