Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Liban: “Ntivyoroshe kubona uko i muhira iwanyu hatabagajwe”
Liban: “Ntivyoroshe kubona uko i muhira iwanyu hatabagajwe”
Yatangajwe
Ibitero hagati ya Israel n’umuhari Hezbollah uri muri Liban, bisiga agahinda n’ibihomoka mu kibano.
“Ivyo nzi neza ni uko inzu zasambuwe zari izo abanyagihugu basanzwe, benshi ata n'ivya politike barimwo.”
Uyu mu nye Liban ababazwa n’ivyo abona, mu gihe Israel ivuga ko igwanira umutekano w’uburaruko bwayo buterwa na Hezbollah.
Ni Ibitero bitunganywa uburyo bisamburira inzu nyinshi icarimwe.