Nawe warakunze indirimbo 'Rounda' ya Amzi?

Insiguro ya video, Nawe warakunze indirimbo ‘Rounda’ ya Amzi?
Nawe warakunze indirimbo 'Rounda' ya Amzi?
Yatangajwe

Ivyuma vya BBC vyamuritse kuri Amzi umuhanzi wa Rap na Afro, aturuka muri Burkina faso.

Amzi asigura uko yakunze umudiho wa 'Amapiano', akawuhinguramwo indirimbo yiwe 'Rounda' yakunzwe cane.

Mu kiganiro "This is Africa" ca BBC, avuga uko yibaza ko 'Amapiano' yabwirizwa kuba akaranga k'umuziki ny'Africa muri rusangi.

Mu kiganiro “This is Africa” : "Amapiano yabwirizwa kuba akaranga k'umuziki ny'Afrika".
Insiguro y'isanamu, Mu kiganiro "This is Africa" : "Amapiano yabwirizwa kuba akaranga k'umuziki ny'Afrika".