Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuki muri Indonesia bazura ababo?
Kuki muri Indonesia bazura ababo?
Yatangajwe
Baritavye Imana, barafubwa, ariko ntibibagirwa.
I Sumatra muri Indonesia, ubwoko bw'aba 'Batak' babikora m'umugenzo wiswe 'Mangongkal Holi'.
Ni umugirwa ushingiye k'uguhimbaza ubuzima, no kutibagira abashengeye, bakomeza imiryango yabo.