Syria: agasho k'iterasoni ka Saydnaya
Syria: agasho k'iterasoni ka Saydnaya
Yatangajwe
"Dusaba abari bacunze agasho kugaruka bakatubwira uko tworekura abapfunzwe."
Inyuma yuko Bashar al-Assad ahunze, abantu bashwabadutse kurondera ababo bamaze imyaka bahapfungiwe.
Hari abatazi ko ababo bakiriho, ko bapfuye … muri ako gasho gafise ivyumba binyegeje.




