Uganda: “Ubumuga bwacu bwo kutabona, nizo nguvu zacu”

Insiguro ya video, Uganda iharurwamwo imiliyoni 3 z'abagendana uruhumyi.
Uganda: “Ubumuga bwacu bwo kutabona, nizo nguvu zacu”
Yatangajwe

Uganda iharurwamwo abashika imiliyoni 3 bafise ubumuga bwo kutabona.

BBC yashitse mu kigwati kibamwo abagendana ubwo bumuga, ahatanguriye ishuli ry’indaro ry’ababugendana.

Hamwe leta yogwiza abaganga b'amaso, ibitigiri vyogabanuka, kuko abantu bomenya uko banikingira kare ingwara zitera ubuhumyi.

Ubuyobozi mu vyo amagara buvuga ko ari urugamba leta yahagurukiye.

Uganda iharurwamwo imiliyoni 3 z'abagendana uruhumyi.
Insiguro y'isanamu, Uganda iharurwamwo imiliyoni 3 z'abagendana uruhumyi.