Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Hagarike kuvuga kwica Abarabu, muvuge gukiza Abayahudi”
“Hagarike kuvuga kwica Abarabu, muvuge gukiza Abayahudi”
Yatangajwe
Aha ni igihe kitoroshe mu nama nshingamateka ya Israel [Knesset].
Haharirwa ku nteguro y’itegeko ryo guhanisha urupfu, umu Hamas afatanywe inkoho.
Bamwe bagwanira “cira imoso”, “ntibigasubire” muri Israel no ku Bayahudi bose.
Abo mu miryango y’abanyururijwe i Gaza, basaba ko ababo bobanza bakarekuzwa.