Israel – Hamas: ubu naho impunzi zibohewe iki amaboko i mugongo?

Insiguro ya video, Israel – Hamas: ubu naho impunzi zibohewe iki amaboko imugongo?
Israel – Hamas: ubu naho impunzi zibohewe iki amaboko i mugongo?
Yatangajwe

Ibihumbi vy'aba nye Palestine baracaharurwa mu makambi yo muri Gaza, babuzwa gusubira iwabo, m'uburaruko bwa Gaza.

Nk'uko biri mu masezerano yo guhagarika intambara y'i Doha, ubu Israel yagiriza Hamas ko yanananiwe no gutanga urutonde rw'imbohe.

Naho biri uko, hitezwe gusubira guhanahanwa imbohe.

Aba nye Gaza barabandanya kubangamirwa gusubira iwabo.
Insiguro y'isanamu, Aba nye Gaza barabandanya kubangamirwa gusubira iwabo.