Nigeria: abarokotse ibitero vya ‘drone’, baracarindiriye ubutungane

Insiguro ya video, Masud yabuze muka se, n'umukobwa wiwe wa kabiri, icarimwe.
Nigeria: abarokotse ibitero vya ‘drone’, baracarindiriye ubutungane
Yatangajwe

Agahinda karacari i Tudun Biri, inyuma y'uko mu 2023 hatewe n'igisirikare, isanganya ryahitanye abantu 85, igihe c'ihuriro ry'aba muslims.

Kuva mu 2017, amasanganya 17 y'ibitero vy'igisoda ca Nigeria amaze kwica abantu 500.

Igisoda ca Nigeria kirazwi mu vyo gutoteza abantu, no kutagira insiguro, kigasabwa gutunganiriza abababaye.

Masud yabuze umukobwa wiwe wa kabiri, na muka se, icarimwe
Insiguro y'isanamu, Masud yabuze umukobwa wiwe wa kabiri, na muka se, icarimwe