Idris Elba: “inkuru zacu nyafrika bazivuga ukutari ko”

Insiguro ya video, Idris Elba, rurangiranwa wa 'cinema' yiyemeje gukorana n'abany'Afrika mu mashusho y'ukuri.
Idris Elba: “inkuru zacu nyafrika bazivuga ukutari ko”
Yatangajwe

Idris Elba, rurangiranwa mu gukina za ‘film’ yatanguje ikigo i Accra muri Ghana, co “guhingura inkuru nyafirika”.

Avuga ko imico n’ibindi biranga Afrika bishikirizwa abanyafrika n’isi mu buryo budahuye n’ukuri.

Uyu Mwongereza azwi muri ‘cinema’ ya Hollywood’ (USA) afise inkomoko za Ghana na Sierra Leone.

Avuga ko agiye gukorerayo cane, co kimwe n’ahandi bafise inkuru bashikiriza mu buryo bwa sinema.

Idris Elba, rurangiranwa wa 'cinema' nk'aya Hollywood, yiyemeje gukorana n'abany'Afrika mu mashusho y'ukuri.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Idris Elba, rurangiranwa wa 'cinema' yiyemeje gukorana n'abanyafrika mu mashusho y'ukuri.