Kuki ingwara y’ibivyimba mu nda ikarira abiraburekazi?

Kuki ingwara y’ibivyimba mu nda ikarira abiraburekazi?
Yatangajwe

“Abantu bibaza ko nari nibungenze”, Princessa asigura uko inda yamuvyimbanye.

We baramubaze barabimukuramwo, ariko abaganga banasigura ko hari n’iyindi miti.

Abaganga basigura ko umugore afise ibivyimba bidasigura ko aba atakirondotse.

Ko kugwara ibivyimba adashobora gusama, kandi akavyara.