Gaza na Sudan: uko amakuba yahuje abataho bohuriye

Insiguro ya video, Nta kwishima wasize umuryango n'abagenzi inyuma, ahabera intambara.
Gaza na Sudan: uko amakuba yahuje abataho bohuriye
Yatangajwe

Sarah Al-Bitar yahungiye muri Egypt ava i Gaza, amezi 5 intambara hagati ya Israel na Gaza yadutse.

M’ubuhungiro, yahuriyeyo na Reem Al-Moez, yahunze intambara z’iwabo muri Sudan.

Ibaze bose barira bimwe ngo: “Woronka gute amazi? Nta matara, nta bitoro, canke ivyuma bikwega amazi”.

Nta kwishima wasize umuryango n'abagenzi inyuma, ahabera intambara.
Insiguro y'isanamu, Nta kwishima wasize umuryango n'abagenzi inyuma, ahabera intambara.