Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Russia: Uko abatunzi ruhebwa bakingira ivyabo, ibihano vy’amakungu
Russia: Uko abatunzi ruhebwa bakingira ivyabo, ibihano vy’amakungu
Yatangajwe
Ubwato Alfa Nero bwagaragaje uko amategeko ahana ari nayo ashobora gukoreshwa mu gukinga ibihano.
Ubu bwato budasanzwe bwahungishirijwe muri Caraibes.
Itohoza rya BBC Eye ryerekana uko umukobwa wa nyenebwo, Andrey Guryev, ariko arabuharanira.
Anarwanira n’ubundi butunzi bw'umuryango buri i Bulaya.