Centrafrique : kuki abanyagihugu biyumvamwo Abarusiya?
Centrafrique : kuki abanyagihugu biyumvamwo Abarusiya?
Yatangajwe
“Imbere y’uko Russia iza gufasha, bambwira ko 80% vy’igihugu vyagenzurwan’imirwi y’abarwanyi”.
Perezida Tuadera abivuga mu gihe abadashima ivyo abacangero mu gihugu baguma bavuga amakenga yabo.
“Aba Russia bivayanga muri vyose”, ku bwo uwahora ari umushikiranganji wa mbere.
Ubu muri Centrafrique higishwa ikirusiya, ‘Wagner’ isa n’iyagarukanye agahengwe.
Ariko, nayo icukura ubutare, n’ibindi.




