“Francis Ngannou ni nk’Umwami”!

Insiguro ya video, Iruhande y'ubuhinga n'inguvu, Francis Ngannou anakundirwa inyifato yiwe.
“Francis Ngannou ni nk’Umwami”!
Yatangajwe

Inyuma y’uguhangana na rurangiranwa muri box, Tyson Fury [10, 2023], Francis Ngannou aherutse guhura n’uwundi rurangiranwa, Anthony Joshua.

Ni urukino rwa ‘box’ rwakurikiwe na benshi mw’isi.

Francis yaratsinzwe na Joshua, mu cicaro ca kabiri [08-03-2024].

Ariko uretse icizere aba nye Cameroun b’iwabo bari bafise, banamufata nk’ubutunzi rurangiranwa bwa Cameroun, n’inyifato y’agaciro bamuziko.

Iruhande y'ubuhinga n'inguvu, Francis Ngannou anakundirwa inyifato yiwe.
Insiguro y'isanamu, Iruhande y'ubuhinga n'inguvu, Francis Ngannou anakundirwa inyifato yiwe.