Kenya: umwungere yabaye rurangiranwa mu kwiruka 800m

Insiguro ya video, Wanyonyi: "...ni ukubandanya igikorwa ca data, co gufasha mama na barumuna banje.”
Kenya: umwungere yabaye rurangiranwa mu kwiruka 800m
Yatangajwe

Emmanuel Wanyonyi avuga ati, “Niruka ngo mfashe umuryango wanje ukenye cane.”

Umumenyereza wiwe avuga ko inyifato ya Wanyonyi idasanzwe: “Ni nk'uko adatinya, kumbure kubera ivyo yaciyemwo.”

“Ariko igihambaye kuri jewe ni uko mfasha umuryango, tubandanye igikorwa ca data, co gufasha mama na barumuna banje.”

Emmanuel Wanyonyi: "...ni ukubandanya igikorwa ca data, co gufasha mama na barumuna banje.”
Insiguro y'isanamu, Emmanuel Wanyonyi: "...ni ukubandanya igikorwa ca data, co gufasha mama na barumuna banje.”