Umukenguzamateka Natasha Aktopi avuga ko uwumutwara yamuhohoteye bishingiye ku gitsina

Insiguro ya video, Umukenguzamateka Natasha Aktopi avuga ko uwumutwara yamuhohoteye ivyo igitsina
Umukenguzamateka Natasha Aktopi avuga ko uwumutwara yamuhohoteye bishingiye ku gitsina
Yatangajwe

Umukenguzamateka Natasha Akpoti-Uduaghan wo muri Nigeria yaseruye ivyagiriji k'umukuru wa Senat.

Yidoga ko yamwinjiriye bishingiye ku gitsina, ivyo we ahakana.

Natasha Akpoti-Uduaghan ni umwe mu bagore bane bari mu nama nkenguzamateka y'abantu 109.

Aganirira BBC, yavuze ko ivyamushikiye vyabaye nk'ingendo muri urwo rwego.

Uwo mukenguzamateka yanavuze ko atabavuga igihushane n'abatwara urwo rwego, ku gutinya kugirirwa nabi.

Natasha Aktopi umwe mu bagore 4 mu bakenguzamateka109 ba Nigeria.
Insiguro y'isanamu, Natasha Aktopi umwe mu bagore 4 mu bakenguzamateka109 ba Nigeria.