Koreya y'Epfo: Uruhara rwa Leta n'abaranzi mu rukundo

Insiguro ya video, Guhimiriza abantu kuja mu rukundo, bishobora gufasha igwirirana ryabo?
Koreya y'Epfo: Uruhara rwa Leta n'abaranzi mu rukundo
Yatangajwe

Gushaka urukundo muri Koreya y'Epfo vyafashe intera idasanzwe. Imbuga zihuza abifuza kurushinga, ndetse na leta, bigerageza gutunganya ibirori vyo guhuza abarondera kuja mu rukundo. Ibi bije mu gihe igihugu gikomeza guhangana n'urugero ruto rw'imvyaro ndetse n'urwo abashinga ingo. None ubu buryo budasanzwe bwo guhura n'uwuzoba umukunzi, burashobora gufasha mw'igwirirana ry'abanyagihugu ba Koreya y'Epfo?