Ibimwanya – ‘plastic’: akaga kw’isi?

Insiguro ya video, Kugwanya ibimwanya...inyungu z'ibihugu.
Ibimwanya – ‘plastic’: akaga kw’isi?
Yatangajwe

Uko bukeye, ama toni imiliyoni 20 ya 'plastic' arungikwa mu biyaga.

Nta songa ry’umusozi canke kure mu nyanza utosanga uduce tw’ibimwanya.

Abahinga n’abaserukira ama leta bahuriye muri Korea y’epfo kwiga uko hotuzwa akaga gatewe n’ibimwanya bihumanije iyi si.

Ariko hari ukutumvikana k'uko vyokorwa, cane cane bivuye ku nyungu n’uburyo birimwo.

Kugwanya ibimwanya...inyungu z'ibihugu.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Kugwanya ibimwanya...inyungu z'ibihugu.