"Nemera ko mu mahiganwa ata busumbane bwabwirizwa kubaho"

Insiguro ya video, “Nemera ko mu mahiganwa ata busumbane bwabwirizwa kubaho”
"Nemera ko mu mahiganwa ata busumbane bwabwirizwa kubaho"
Yatangajwe

Chetan Korada ni umuhindi amaze imyaka 18 ahiganwa, mu gutwara imodoka za F1.

"Benshi bambaza igituma ntagendesha imodoka zakorewe abagendana ubumuga, ariko jewe sinemera ubusumbane mu mahiganwa."

Chetan afise ivyuma vy'abacitse amaguru, asigura ubuhinga bwiwe, avuga ko indoto ari ugushika, vuba, mu mahiganwa mpuzamakungu nka "Le Mons".

Chitan Korada, umudereva w'imodoka z'amahiganwa, yacitse amaguru.
Insiguro y'isanamu, Chitan Korada, umudereva w'imodoka z'amahiganwa, yacitse amaguru.