Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
"Yagiye azi ko nibungenze umwana wiwe"
"Yagiye azi ko nibungenze umwana wiwe"
Yatangajwe
Muri RD Congo, abagore ibihumbi bagowe n'uko barera abana bavyaranye n'abari mu nteko za ONU, babataye.
Abo bavyeyi ntibanazi iyo babariza kuko uretse ko amategeko ya ONU atavyorosha, yo ibemerera ko yubahiriza iteka ry'abana, ariko ntaco bafashijwe.
Mu gisagara ca Goma hamwe mu hari ibirindiro vy'ingabo za MONUSCO, hari abavyeyi bubahutse guserura ivyo babayemwo.