Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Raba ubundi bwoko bw'imodoka ziguruka bwitezwe
Raba ubundi bwoko bw'imodoka ziguruka bwitezwe
Yatangajwe
Ihinguriro ryo muri USA rikoba ibigendajuru ryasohoye amasanamu yerekana imodoka ritegekanya zizoshobora kuguruka.
Jim Dukhovny, umwe mu bayobozi b'iryo hinguriro 'Alef Aeronautics' yasiguye uko ziteguwe gukora:
"Ishobora kuba iriko iragendeshwa k'ubutaka, hakaduka ikizibira, umudereva agaca agirako ayigurura."
Yasiguye n'ibindi nkenerwa ku modoka nk'izi zitezwe mu mpera ya 2025.