Video: Abishe n'abiciwe abantu mu 1993 bariko barasubiza hamwe

Insiguro ya video, Abishe abantu mu 1993 barasaba imbabazi abo biciye kandi bakazihabwa
Video: Abishe n'abiciwe abantu mu 1993 bariko barasubiza hamwe
Yatangajwe

Manirambona Longin (Umututsi) ni we yishe se wa Renovat Nsengiyuma yitwa Benyegeza Evode mu 1993.

Gaspard Ntirampeba (Umuhutu) na we yagize uruhara mu kwica umuryango wa Pascal Nizigiyimana

Yarasavye ukigongwe Renovat n'abandi bo mu muryango wiwe kandi arakigirirwa.

Ntirampeba Longin na Renovat Nsengiyumva
Insiguro y'isanamu, Ntirampeba Longin yishe se wa Renovat Nsengiyumva arabisabira imbabazi kandi arazironka