Alaska: habonetse ibidasanzwe mu kiyaga ‘Rabbit’

Insiguro ya video, Mu bisanzwe, iyo hakanye cane, hejuru y’ico kiyaga hakunda kuba hari urubura.
Alaska: habonetse ibidasanzwe mu kiyaga ‘Rabbit’
Yatangajwe

Ni urubuye rw’amazi rumeze nk’ikiyo, ababonye ivyo bidasanzwe basererekako.

Muri Alaska, leta imwe ya USA, iyo hakanye cane, hejuru y’ico kiyaga hakunda kuba hari urubura.

Vyikekwa ko ihinduka ry’ikirere ryahinduye uko aho hantu hameze.

Ariko uko amazi atyoroye, bitanga izindi nsiguro z’uko aho hantu hameze.

Mu bisanzwe, iyo hakanye cane, hejuru y’ico kiyaga hakunda kuba hari urubura.
Insiguro y'isanamu, Mu bisanzwe, iyo hakanye cane, hejuru y’ico kiyaga hakunda kuba hari urubura.