Video: Sylvana Ntaryamira avuga ko umuryango ukirondera kumenya abagandaguye umugabo wiwe Prezida Ntaryamira

Insiguro ya video, Cyprien Ntaryamira ariko arashikirizwa ubutegetsi itariki 5 Ruhuhuma (2) mu 1994
Video: Sylvana Ntaryamira avuga ko umuryango ukirondera kumenya abagandaguye umugabo wiwe Prezida Ntaryamira
Yatangajwe

Sylvana Ntaryamira avuga ko inyuma y'imyaka 30 umugabo wiwe yiciwe mu ndege ari kumwe na Prezida w'Urwanda Juvénal Habyarimana, bakirondera kumenya abamwishe, kandi ko ata n'indishi y'akababaro bararonka.

Sylvana Ntaryamira