Gutabara kudasanzwe kw'umukinyi wa ski yaheze mu rubura
Gutabara kudasanzwe kw'umukinyi wa ski yaheze mu rubura
Yatangajwe
Umukinyi w'umukino wo kunyerera ku rubura (neige/snow) uzwi nka ski, yatabaye mugenzi wiwe yagire acikane nyuma yo kugwa mu kinogo agapfukirwa n'urubura.