Inguge yabonye ikirere ubwa mbere mu myaka 28

Inguge yabonye ikirere ubwa mbere mu myaka 28
Yatangajwe

Iki ni igihe inguge (chimpanzee) yari imaze imyaka 28 yugaranywe, yahonyoza ikirenge hanze ikabona ikirere ku nshuro yambere.

Yakuwe aho yari yugaraniwe mu kigo gikora ubushakashatsi, n'ishirahamwe rifasha inguge Save The Chimps.

Ubu yimuriwe mw'izinga ryagutse aho ibana n'izindi nguge, kandi ikidegemvya ikaja aho ishatse hose.