Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuki imanga zibangamiye aho tuba ziyongera?
Kuki imanga zibangamiye aho tuba ziyongera?
Yatangajwe
Aba bana bakina bashigikira rurangiranwa, Joleon Lescott yahoze akinira umugwi Manchester City.
Ni akarorero keza ko gukorera hamwe hagati y’aba bana n’ababanyi babo b’i Kibera, i Nairobi.
Abo bana b’imboneza bavuga ko impinduka zigaragara mu kibano.