Russia-Videwo: Raba ingene ama-chars n'abarwanyi ba Wagner bafashe amabarabara ya Rostov

Insiguro ya video, Raba ingene ibimodoka vy'intambara n'abarwanyi ba Wagner bafashe amabarabara ya Rostov
Russia-Videwo: Raba ingene ama-chars n'abarwanyi ba Wagner bafashe amabarabara ya Rostov
Yatangajwe

Amavidewo adasanzwe ku mbuga hwaniro yerekana abasangwa bihweza bajumamarirwe ingene abarwanyi ba Wagner bazunguruka mu burere bwa Rostov.

Aba barwanyi bari hampande y'ibiro bikuru vy'igisirikare muri ico gisagara.