Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Nubatse inzu yo mu ndoto zanje”
“Nubatse inzu yo mu ndoto zanje”
Yatangajwe
Uko yubatse inzu yiwe mw’ishusho rya ‘camera’, niko n’abana biwe batatu yabise Canon, Nikon na Epson.
Ravi Hongal, be n’umugore wiwe ni abahinga mu gufotora, muri India.
Ubu n’abana babo bariko biga ivyo uwo mwuga.