Myanmar: ni akahe kazoza k’impunzi z’aba Rohingya?

Insiguro ya video, Anwar Sadiq amaze imyaka itanu mw’ikambi y’impunzi muri Bangladesh iyo yavukiye.
Myanmar: ni akahe kazoza k’impunzi z’aba Rohingya?
Yatangajwe

Anwar Sadiq amaze imyaka itanu mw’ikambi y’impunzi muri Bangladesh iyo yavukiye.

Abavyeyi biwe bo m’ubwoko bw’aba Rohingya bo muri Myanmar, bahunze intwaro y’igikenye ya gisirikare, n’intambara zadutse.

Iyi ni inkuru y'uko we n’abandi ibihumbi amajana babayeho.

Sadiq Anwar, umu Rohingya w'i Myanmar
Insiguro y'isanamu, Sadiq Anwar, umu Rohingya w'i Myanmar, yavukiye muri Bangladesh