Afrika: ko ikirere gihumana, abanonotsi nka rurangiranwa Kipchoge babigenza gute?

Insiguro ya video, Mu bihugu vy’akarere bibangamiwe, Kinshasa na Kigali biza imbere.
Afrika: ko ikirere gihumana, abanonotsi nka rurangiranwa Kipchoge babigenza gute?
Yatangajwe

Muri Africa, uko umwaka uheze, haharurwa abana barenga umuliyoni, bicwa n’ingaruka z’ihumana ry’ikirere, bavutse bataragera.

Uko ikirere cane cane ca Africa gihumanywa n’ivyuka, abahinga mu vyo abanonotsi ni bo bakorwako cane, ubu bagenda baratora amayeri yo ‘kutazima’.

Eliud Kipchoge, umunonotsi rurangiranwa avuga amayeri yiwe yo guhangana n'ihumana ry'ikirere.
Insiguro y'isanamu, Kipchoge, umunonotsi rurangiranwa avuga amayeri yiwe yo guhangana n'ihumana ry'ikirere.