“Ninasubira kuba muto nshaka kuzomera nk’umuhungu wanje”

Insiguro ya video, Uyu mugabo akoresha ama miliyoni y’ama dolari ngo abahinga bamusubize ibuto.
“Ninasubira kuba muto nshaka kuzomera nk’umuhungu wanje”
Yatangajwe

Uyu mugabo akoresha ama miliyoni y’ama dolari ngo abahinga bamusubize ibuto.

Bryan Johnson w’imyaka 45, avuga ko afise imyaka 18.

Avuga ati :

“Twogabanura umuvuduko wo gusaza no mu gihe twosubiza imyaka tumaze inyuma, vyohindura ico umuntu ari”.

Bryan Johnson w’imyaka 45, avuga ko afise imyaka 18.
Insiguro y'isanamu, Bryan Johnson avuga ko afise imyaka 18.