Ikigongwe casabwe ‘ntaco kivuze’

Ikigongwe casabwe ‘ntaco kivuze’
Yatangajwe

Bivugwa na mama wa ka gakobwa k’akirabure katahabwa umudali muri Ireland.

Amasanamu yarakwiragijwe ku vyiswe amacakubiri afatiye k’urukoba :

ni umwana w’umunonotsi atahawe umudali, mu mahiganwa y’i Dublin, mu 2022.

Abajejwe ivyo abanonotsi muri Ireland bahavuye bandika, basaba imbabazi uwo muryango, haheze amezi 18.